Abantu bataramenyekana bateye Grenade 2

Amakuru aturuka Bujumbura avuga ko hari ibisasu 2 vyaturikiye muri karitiye ya 10 ya zone Ngagara nk’isaha 3 mur’iri joro hafi y’inyubakwa z’ubushikiranganji bw’umutekano.
Amwe mu makuru avuga Ngagara akomeza avuga izo gerenade zatewe ahari ivyuma vya Inkuru dukesha SOS Medial ikomeza ivuga ko izo grenade ko zatewe kuvyuma vya Regideso (Transformateurs). ndetse hakaba hari n’amazu yononekaye.
Kugeza kuri ubu abasirikare benshi bamaze kuhashika.